9 : 22
خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدًاۚ إِنَّ ٱللَّهَ عِندَهُۥٓ أَجۡرٌ عَظِيمٞ
Bazoba muri nya mirima ibihe bidahera mu nema zamaho. Mu vy’ukuri, ku Mana Allah hari indishi ihambaye.