Skip to content
At-Tawba /

Ayah 116

9 : 116

Ayah 116 of At-Tawba (9 : 116). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

At-Tawba Ayahs 129
Surah · At-Tawba
Ikirundi · Gehiti
9 : 116

إِنَّ ٱللَّهَ لَهُۥ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۖ يُحۡيِۦ وَيُمِيتُۚ وَمَا لَكُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ مِن وَلِيّٖ وَلَا نَصِيرٖ

Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo . Itanga ubuzima Ikanabwaka. Bantu mugabitaniriza Imana Allah! Nimumenye ko ata n’umwe mworonka atari Imana Allah yobahagarikira akabatunganiriza ivyanyu, eka mbere nta n’uwobatabara akabakingira ibihano vyayo.

Explanation & meanings · 1
  1. Ni na co gituma Imana Allah Idakwiye kubangikanywa mu kurema kwayo, mw’itunganiriza ry’ibiremwa, mu bumana bwayo no mu gushinga amateka kwayo.