85 : 3
وَشَاهِدٖ وَمَشۡهُودٖ
No ku cabona cagiriza no ku wagirizwa!
Explanation & meanings · 1
- Imana Allah, Irahira ku co Ishatse mu biremwa, nayo ikiremwa ntikirekuriwe kurahira kiretse kw’izina ry’Imana Allah, kurahira ku kitari Imana Allah, ni ibangikanyamana.