77 : 6 عُذۡرًا أَوۡ نُذۡرًا Kugira ngo bakureho ivyitwazo ku bagarariji, babagabishe no ku bihano vy’Imana Allah!