75 : 24 وَوُجُوهٞ يَوۡمَئِذِۭ بَاسِرَةٞ Abanyavyaha na bo kuri uwo musi, bazoba bijiriwe mu maso, babihiwe;