Skip to content
Al-Muzzammil /

Ayah 16

73 : 16

Ayah 16 of Al-Muzzammil (73 : 16). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Muzzammil Ayahs 20
Surah · Al-Muzzammil
Ikirundi · Gehiti
73 : 16

فَعَصَىٰ فِرۡعَوۡنُ ٱلرَّسُولَ فَأَخَذۡنَٰهُ أَخۡذٗا وَبِيلٗا

Ni uko rero, Firawuni yarahakanye iyo Ntumwa, ntiyaheza ngo ayemere, Dushoka Tumuhanisha ibihano vy’akarorero.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, iragabisha uwo wese aca kubiri n’Intumwa akagabitanya, ko ashobora gushikirwa n’ibihano nk’ivyashikiye Firawuni n’abantu biwe.