71 : 17
وَٱللَّهُ أَنۢبَتَكُم مِّنَ ٱلۡأَرۡضِ نَبَاتٗا
Burya Imana Allah, Yaremye inkomoko yanyu mw’ivu; nka kurya Imeza imbuto mw’isi;
Explanation & meanings · 1
- Imana Allah Yaremye so wanyu Adamu mw’ivu, Iraheza Itegekanya ibikenewe mu mfungurwa mw’ivu, kugira ngo ashobore kubandanya kuba kw’isi.