Skip to content
المَعَارج /

Ayah 40

70 : 40

Ayah 40 of المَعَارج (70 : 40). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المَعَارج Ayahs 44
70 : 40

فَلَآ أُقۡسِمُ بِرَبِّ ٱلۡمَشَٰرِقِ وَٱلۡمَغَٰرِبِ إِنَّا لَقَٰدِرُونَ

Jewe Allah, Ndarahiye kw’izina ryanje, Jewe Imana Muremyi Yaremye ubuseruko n’uburengero vy'izuba, vy'ukwezi n'ivy'izindi nyenyeri, ko Twebwe Allah Dushoboye vyose!

Explanation & meanings · 1
  1. Imana Allah Yarahiye kuri ivyo vyose, kuko harimwo ivyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vy'uko Ishoboye kuzura ibiremwa.