Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 83

7 : 83
الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 83

فَأَنجَيۡنَٰهُ وَأَهۡلَهُۥٓ إِلَّا ٱمۡرَأَتَهُۥ كَانَتۡ مِنَ ٱلۡغَٰبِرِينَ

Ni ho Twebwe Allah Twategeka Luutwi n’umuryango wiwe kuva muri nya gisagara, Tukabarokora mu bihano vyari bigiye gushika, kiretse umugore wiwe yari mu bahonejwe n’ibihano.