Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 196

7 : 196

Ayah 196 of الأعرَاف (7 : 196). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 196

إِنَّ وَلِـِّۧيَ ٱللَّهُ ٱلَّذِي نَزَّلَ ٱلۡكِتَٰبَۖ وَهُوَ يَتَوَلَّى ٱلصَّٰلِحِينَ

Mu vy’ukuri, Umuhagarikizi wanje ni Imana Allah, ni Yo Imbungabunga Ikantabara, ni Yo Yamanuriye Igitabu Qor’ani, ni na Yo Ibungabunga aberanda mu biremwa vyayo, Ikabateturura;