7 : 125
قَالُوٓاْ إِنَّآ إِلَىٰ رَبِّنَا مُنقَلِبُونَ
Ba bakonikoni baraheza bishura Firawuni batekaniwe bati: “Twebwe mu vy’ukuri, twamaze kumenya ko tuzosubira ku Mana yacu Rurema Allah;