Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 116

7 : 116

Ayah 116 of الأعرَاف (7 : 116). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 116

قَالَ أَلۡقُواْۖ فَلَمَّآ أَلۡقَوۡاْ سَحَرُوٓاْ أَعۡيُنَ ٱلنَّاسِ وَٱسۡتَرۡهَبُوهُمۡ وَجَآءُو بِسِحۡرٍ عَظِيمٖ

Musa abishura ati: “Nipfuza ko ari mwebwe mwotangura”. Bamaze guterera hasi imizana n’inkoni vyabo, barahunitse abantu bose bari ng’aho, ntibaba bakibona nya mizana na nya nkoni nk’uko bisanzwe, baraheza rero kandi babatera n’ubwoba bakoresheje uburozi buhanitse.