68 : 14 أَن كَانَ ذَا مَالٖ وَبَنِينَ Mbe none yoba akora ivyo, yitwaza ko afise amatungo n’abana benshi!