Skip to content
المُلك /

Ayah 23

67 : 23

Ayah 23 of المُلك (67 : 23). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المُلك Ayahs 30
Surah · المُلك
Ikirundi · Gehiti
67 : 23

قُلۡ هُوَ ٱلَّذِيٓ أَنشَأَكُمۡ وَجَعَلَ لَكُمُ ٱلسَّمۡعَ وَٱلۡأَبۡصَٰرَ وَٱلۡأَفۡـِٔدَةَۚ قَلِيلٗا مَّا تَشۡكُرُونَ

Ntumwa y’Imana! Vuga ubabwire uti: “Imana Allah, ni Yo Yabaremye; Ibaha amatwi kugira mushobore kwumva; Ibaha n’amaso kugira mushobore kubona; Ibaha n’imishaha kugira mushobore gutahura, ariko rero mushima gake cane!”;