Skip to content
الأنعَام /

Ayah 69

6 : 69

Ayah 69 of الأنعَام (6 : 69). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 69

وَمَا عَلَى ٱلَّذِينَ يَتَّقُونَ مِنۡ حِسَابِهِم مِّن شَيۡءٖ وَلَٰكِن ذِكۡرَىٰ لَعَلَّهُمۡ يَتَّقُونَ

Abatinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, ntibajejwe namba indishi y’abaganira mu gutyoza no guhakana Aayah za Qor’ani, ariko ico bajejwe, ni ukubahanura kugira batinye Imana Allah, maze bareke gutyoza Aayah zayo.