Skip to content
الأنعَام /

Ayah 30

6 : 30

Ayah 30 of الأنعَام (6 : 30). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 30

وَلَوۡ تَرَىٰٓ إِذۡ وُقِفُواْ عَلَىٰ رَبِّهِمۡۚ قَالَ أَلَيۡسَ هَٰذَا بِٱلۡحَقِّۚ قَالُواْ بَلَىٰ وَرَبِّنَاۚ قَالَ فَذُوقُواْ ٱلۡعَذَابَ بِمَا كُنتُمۡ تَكۡفُرُونَ

Ntumwa y’Imana! Iyo uba wobona ukuntu abahakana umuhero w’isi n’izuka ry’ibiremwa bazoba bamerewe, igihe bahagaritswe ku musi w’izuka imbere y’Imana yabo Rurema Allah, wobonye igitangaza giteye ubwoba, igihe Imana Allah Yababajije Iti: “Iri zuka mwahora muhakana, si iry’ukuri!”. Bazokwishura bateterewe bati: “Ego cane! Ni iry’ukuri Mana yacu Rurema!”. Imana Allah Izobabwira Iti: “Nimuhonje rero ibihano bitewe n’ivyo mwahora mugarariza kw’isi”.