Skip to content
الأنعَام /

Ayah 156

6 : 156

Ayah 156 of الأنعَام (6 : 156). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 156

أَن تَقُولُوٓاْ إِنَّمَآ أُنزِلَ ٱلۡكِتَٰبُ عَلَىٰ طَآئِفَتَيۡنِ مِن قَبۡلِنَا وَإِن كُنَّا عَن دِرَاسَتِهِمۡ لَغَٰفِلِينَ

Bagarariji mu Barabu! Twamanuye Qor’ani kugira ntimuzovuge mwiregura muti: “Emwe! Mu vy’ukuri abamanuriwe Ibitabu, ni imigwi ibiri y’abayahudi n’abanaswara y’aho hambere yacu, kandi nta n’ubumenyi bwo kubitahura twari dufise”;