Skip to content
الأنعَام /

Ayah 106

6 : 106

Ayah 106 of الأنعَام (6 : 106). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 106

ٱتَّبِعۡ مَآ أُوحِيَ إِلَيۡكَ مِن رَّبِّكَۖ لَآ إِلَٰهَ إِلَّا هُوَۖ وَأَعۡرِضۡ عَنِ ٱلۡمُشۡرِكِينَ

Ntumwa y’Imana! Kurikira nyabuna amabwirizwa wahishuriwe n’Imana yawe Rurema Allah, ashingiye ku kwemera ko ata mana y’ukuri ibwirijwe gusengwa atari Yo, unirengagize ubutumva bw’ababangikanyamana.