59 : 5
مَا قَطَعۡتُم مِّن لِّينَةٍ أَوۡ تَرَكۡتُمُوهَا قَآئِمَةً عَلَىٰٓ أُصُولِهَا فَبِإِذۡنِ ٱللَّهِ وَلِيُخۡزِيَ ٱلۡفَٰسِقِينَ
Bemeramana! Ibiti vy’itende mwatemye canke mwaretse bihagaze ntimwabitema, vyose vyari kw’itegeko ry’Imana Allah, no kugira rero Itetereze ibigaba birenga ku mabwirizwa yayo.