Skip to content
الحَشر /

Ayah 15

59 : 15
الحَشر Ayahs 24
Surah · الحَشر
Ikirundi · Gehiti
59 : 15

كَمَثَلِ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡ قَرِيبٗاۖ ذَاقُواْ وَبَالَ أَمۡرِهِمۡ وَلَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ

Akarorero k’abayahudi ku vyabashikiye, ni nk’ab’aho hambere yabo mu bagarariji b’i Makka ku vyabashikiye ku rugamba rwa “Badri”, no mu bayahudi bo mu muryango wa Bene Qaynuqaa’a, barahonjeje amaherezo y’ubugarariji bwabo, barahanwa bakiri kw'isi. Barategekanirijwe n’ibihano bibabaza cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa.