Skip to content
المُجَادلة /

Ayah 20

58 : 20
المُجَادلة Ayahs 22
58 : 20

إِنَّ ٱلَّذِينَ يُحَآدُّونَ ٱللَّهَ وَرَسُولَهُۥٓ أُوْلَٰٓئِكَ فِي ٱلۡأَذَلِّينَ

Mu vy’ukuri, abarwanya Imana Allah n’Intumwa yayo (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imama Allah) mu kurenga ku mabwirizwa, abo bari mu basuzuguritse cane kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.