56 : 93 فَنُزُلٞ مِّنۡ حَمِيمٖ Azokwakirwa mu muriro wa Jahannamu, aheze azimanwe amazi yasebuye akaryimara;