55 : 56
فِيهِنَّ قَٰصِرَٰتُ ٱلطَّرۡفِ لَمۡ يَطۡمِثۡهُنَّ إِنسٞ قَبۡلَهُمۡ وَلَا جَآنّٞ
Kuri nya bisaswa, hazoba hicaye n’abakenyezi bagumiza akajisho ku bagabo babo, barangwa n’ubwiza bw’akataraboneka (Hururayini), ata muntu n’umwe canke Ijini arigera ababira imbere yuko bashingirwa kuri bo.