54 : 14
تَجۡرِي بِأَعۡيُنِنَا جَزَآءٗ لِّمَن كَانَ كُفِرَ
Bugenda bureremba aho Tubona n’amaso yacu, bucungerewe, gutyo Turokora Nuhu n’abari kumwe na we; abagarariji na bo Tubahonesha isegenya ry’akataraboneka, ku kubera ubugarariji bwabo.