Skip to content
الطُّور /

Ayah 47

52 : 47
الطُّور Ayahs 49
Surah · الطُّور
Ikirundi · Gehiti
52 : 47

وَإِنَّ لِلَّذِينَ ظَلَمُواْ عَذَابٗا دُونَ ذَٰلِكَ وَلَٰكِنَّ أَكۡثَرَهُمۡ لَا يَعۡلَمُونَ

Mu vy’ukuri, abirenganije mu guhakana, barategekanirijwe n’ibihano mu buzima bwo kw’isi, ariko rero abenshi muri bo nta vyo bazi.

Explanation & meanings · 1
  1. Nko kwicwa, kugirwa imbohe hamwe rero no guhanirwa mu mva, n’ibindi.