Skip to content
الفَتح /

Ayah 24

48 : 24

Ayah 24 of الفَتح (48 : 24). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الفَتح Ayahs 29
Surah · الفَتح
Ikirundi · Gehiti
48 : 24

وَهُوَ ٱلَّذِي كَفَّ أَيۡدِيَهُمۡ عَنكُمۡ وَأَيۡدِيَكُمۡ عَنۡهُم بِبَطۡنِ مَكَّةَ مِنۢ بَعۡدِ أَنۡ أَظۡفَرَكُمۡ عَلَيۡهِمۡۚ وَكَانَ ٱللَّهُ بِمَا تَعۡمَلُونَ بَصِيرًا

Imana Allah, ni Yo Yababanguranije n’ababangikanyamana bashatse kubatera igihe mwari ahitwa Al-Hudaybiyya mu kabande k’i Makka, hari mu nyuma y’aho Imana Allah Ibashoboreje kubafata hanyuma bararekurwa. Burya Imana Allah rero, Yamye Ibona neza ivyo mukora, ni Nyenukubona.

Explanation & meanings · 1
  1. Ni ababangikanyamana bababa mirongo umunani bafashwe mw’ikizura ryakozwe n’abislamu, hanyuma ntibabica, barabarekura.