Skip to content
مُحمد /

Ayah 2

47 : 2

Ayah 2 of مُحمد (47 : 2). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

مُحمد Ayahs 38
Surah · مُحمد
Ikirundi · Gehiti
47 : 2

وَٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَءَامَنُواْ بِمَا نُزِّلَ عَلَىٰ مُحَمَّدٖ وَهُوَ ٱلۡحَقُّ مِن رَّبِّهِمۡ كَفَّرَ عَنۡهُمۡ سَيِّـَٔاتِهِمۡ وَأَصۡلَحَ بَالَهُمۡ

Nayo abemeye Imana Allah bagashira mu ngiro amabwirizwa yayo, bakemera n’Igitabu ca Qor’ani, camanuriwe Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ari na kwo kuri kutagiramwo amakenga ko kwavuye ku Mana yabo Rurema Allah, Imana Allah Yabababariye ibicumuro vyabo maze Iravyirengagiza ntiyabibahanira, Yongera Irabatunganiriza ivyabo, Ibaha no kuroranirwa mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa.