Skip to content
مُحمد /

Ayah 1

47 : 1
مُحمد Ayahs 38
Surah · مُحمد
Ikirundi · Gehiti
47 : 1

ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَصَدُّواْ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ أَضَلَّ أَعۡمَٰلَهُمۡ

Abagararije bagahakana ko Allah ari Imana Imwe Rudende, bakanaburagiza abantu kwinjira mu bwislamu, Imana Allah Yarazimanganije ibikorwa vyabo, maze bicika impfagusa.