Skip to content
Muhammad /

Ayah 13

47 : 13

Ayah 13 of Muhammad (47 : 13). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Muhammad Ayahs 38
Surah · Muhammad
Ikirundi · Gehiti
47 : 13

وَكَأَيِّن مِّن قَرۡيَةٍ هِيَ أَشَدُّ قُوَّةٗ مِّن قَرۡيَتِكَ ٱلَّتِيٓ أَخۡرَجَتۡكَ أَهۡلَكۡنَٰهُمۡ فَلَا نَاصِرَ لَهُمۡ

Ntumwa y’Imana! Hari n’abantu rero bo mu ducimbiri twinshi, bari bafise ingabo n’inguvu ata ho ziza zingana n’iz’abantu bo mu gacimbiri kawe ka Makka, batumye uta urwawe ukimuka, hamwe n’inguvu zabo zose rero, Twarabahoneje mu kubaha ibihano bitandukanye, nta n’umutabazi n’umwe baronse abakura mu bihano vy’Imana Allah.