44 : 4
فِيهَا يُفۡرَقُ كُلُّ أَمۡرٍ حَكِيمٍ
Muri nya joro ry’iteka rero, abanditsi mu bamalayika, bashirirwa ahabona ingingo yerekeye ikintu cose kizotunganywa kigashirwa mu ngiro muri uwo mwaka;