43 : 70
ٱدۡخُلُواْ ٱلۡجَنَّةَ أَنتُمۡ وَأَزۡوَٰجُكُمۡ تُحۡبَرُونَ
Bazobwirwa rero bati: “Nimwinjire mu Bwami bw’ijuru, mwebwe hamwe n’abakenyezi banyu b’abemeramanakazi, maze mwakirwe mw’iteka n'itekane, akamwemwe kabasya”.
Ayah 70 of الزُّخرُف (43 : 70). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.