Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 66

43 : 66
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 66

هَلۡ يَنظُرُونَ إِلَّا ٱلسَّاعَةَ أَن تَأۡتِيَهُم بَغۡتَةٗ وَهُمۡ لَا يَشۡعُرُونَ

Abiciyemwo imigwimigwi ku vyerekeye Isa mwene Mariyamu, nta kindi barindiriye kiretse umuhero w’isi uzobashikira giturumbuka, ata vyo bari biteze.