43 : 62
وَلَا يَصُدَّنَّكُمُ ٱلشَّيۡطَٰنُۖ إِنَّهُۥ لَكُمۡ عَدُوّٞ مُّبِينٞ
Shetani ntikababuze ku nyoshambi zayo, ko munyumvira mu kwubahiriza amabwirizwa ndabaha; mu vy’ukuri, shetani ni umwansi wanyu agaragara.