43 : 60
وَلَوۡ نَشَآءُ لَجَعَلۡنَا مِنكُم مَّلَٰٓئِكَةٗ فِي ٱلۡأَرۡضِ يَخۡلُفُونَ
Bantu! Iyo Dushaka rero, Twari kugira abamalayika bakaba kw’isi, bagakurakuranwa kuri yo, ha kuba ari mwebwe Bene Adamu mugenda muyikurakuranwako.