43 : 41
فَإِمَّا نَذۡهَبَنَّ بِكَ فَإِنَّا مِنۡهُم مُّنتَقِمُونَ
Ntumwa y’Imana! Mu gihe Twotuma upfa imbere yuko utsinda abahakanyi mu bo warungitsweko, ni ukuri nta cobuza ko Tubihora mu kubahana mu buzima bw’inyuma yo gupfa;