Skip to content
الشُّورى /

Ayah 5

42 : 5

Ayah 5 of الشُّورى (42 : 5). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 5

تَكَادُ ٱلسَّمَٰوَٰتُ يَتَفَطَّرۡنَ مِن فَوۡقِهِنَّۚ وَٱلۡمَلَٰٓئِكَةُ يُسَبِّحُونَ بِحَمۡدِ رَبِّهِمۡ وَيَسۡتَغۡفِرُونَ لِمَن فِي ٱلۡأَرۡضِۗ أَلَآ إِنَّ ٱللَّهَ هُوَ ٱلۡغَفُورُ ٱلرَّحِيمُ

Amajuru ahakwa gusadagurika akurikirana, ku kubera icubahiro aha Nyenimpuhwe; abamalayika na bo bakaninahaza mu gushimagiza Imana yabo Rurema Allah, bakanasabira abemeramana bari kw’isi, kugumirizwa akabanga ku vyaha vyabo, bikirengagizwa ntibabihanirwe. Bantu, nimwumve mwumvireho! Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo.