Skip to content
الشُّورى /

Ayah 47

42 : 47

Ayah 47 of الشُّورى (42 : 47). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 47

ٱسۡتَجِيبُواْ لِرَبِّكُم مِّن قَبۡلِ أَن يَأۡتِيَ يَوۡمٞ لَّا مَرَدَّ لَهُۥ مِنَ ٱللَّهِۚ مَا لَكُم مِّن مَّلۡجَإٖ يَوۡمَئِذٖ وَمَا لَكُم مِّن نَّكِيرٖ

Bagarariji! Enda rero nyabuna nimwumvire Imana yanyu Rurema Allah, maze muyemere imbere yuko umusi w’izuka ata kizowuhagarika, ushika. Kuri uwo musi rero, nta buhungiro muzoronka bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah, eka mbere nta n’aho kwinyegeza muzoronka;

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, iranebagura umuntu asivya ico yokoze uno musi ngo nzogikora ejo; ikanahimiriza umuntu guhurumbira ibikorwa vyiza hakiri kare, kugira ntazokwicuze ata co agishoboye gucungura (kurokora).