Skip to content
الشُّورى /

Ayah 35

42 : 35
الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 35

وَيَعۡلَمَ ٱلَّذِينَ يُجَٰدِلُونَ فِيٓ ءَايَٰتِنَا مَا لَهُم مِّن مَّحِيصٖ

Abaharira mu bijanye na Aayah za Qor’ani n’ivyemezo vyerekana ko Imana Allah ari Imwe Rudende, nta buhungiro bafise bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah.