Skip to content
الشُّورى /

Ayah 3

42 : 3
الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 3

كَذَٰلِكَ يُوحِيٓ إِلَيۡكَ وَإِلَى ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِكَ ٱللَّهُ ٱلۡعَزِيزُ ٱلۡحَكِيمُ

Muvugishwamana! Imana Allah Yaguhishuriye iyi Qor’ani, nka kurya Yahishuriye Ibitabu n’Imizingo Abavugishwamana bo hambere yawe, ni Yo rero Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ikora.