Skip to content
فُصِّلَت /

Ayah 28

41 : 28

Ayah 28 of فُصِّلَت (41 : 28). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

فُصِّلَت Ayahs 54
Surah · فُصِّلَت
Ikirundi · Gehiti
41 : 28

ذَٰلِكَ جَزَآءُ أَعۡدَآءِ ٱللَّهِ ٱلنَّارُۖ لَهُمۡ فِيهَا دَارُ ٱلۡخُلۡدِ جَزَآءَۢ بِمَا كَانُواْ بِـَٔايَٰتِنَا يَجۡحَدُونَ

Ivyo bihano bikaze rero, ari na yo mpembo ikwiye abansi b’Imana Allah, ni umuriro wa Jahannamu; muri wo, ni ho bafise ubuzima budahera, ni yo mpembo yabo kw’ihakana ryabo ry’ivyemezo vyacu.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, ni icemezo cerekana ububi bwo gukura abantu kuri Qor’ani mu kubabuza kuyumviriza no kuyigendera.