Skip to content
غَافِر /

Ayah 84

40 : 84
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 84

فَلَمَّا رَأَوۡاْ بَأۡسَنَا قَالُوٓاْ ءَامَنَّا بِٱللَّهِ وَحۡدَهُۥ وَكَفَرۡنَا بِمَا كُنَّا بِهِۦ مُشۡرِكِينَ

Igihe rero nya bahakanyi bashikirwa n’ibihano vyacu, baciye bemanga bavuga bati: “Twemeye Imana Allah Yo Yonyene, twanagararije mu kwamirira kure ivyo twahora tuyibangikanya”;