Skip to content
Ghaafir /

Ayah 83

40 : 83

Ayah 83 of Ghaafir (40 : 83). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Ghaafir Ayahs 85
Surah · Ghaafir
Ikirundi · Gehiti
40 : 83

فَلَمَّا جَآءَتۡهُمۡ رُسُلُهُم بِٱلۡبَيِّنَٰتِ فَرِحُواْ بِمَا عِندَهُم مِّنَ ٱلۡعِلۡمِ وَحَاقَ بِهِم مَّا كَانُواْ بِهِۦ يَسۡتَهۡزِءُونَ

Igihe rero abahakanyi bashikirwa n’Intumwa zabo, zikaza zibangikanije ivyemezo bitomoye, barishimiye ubumenyi bwabo buca kubiri n’ukuri bashikirizwa na nya Ntumwa, maze bakikuzwa n’ibihano bahora bihutira gusaba ko bohabwa ku gutebura.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, iremeza ko ubumenyi buca kubiri n’ubwislamu, canke bubutyoza, canke butera amakenga kuri bwo, buba ari ubumenyi budakundwa n’Imana Allah, n’uko umumenyi yisunga ubwo bumenyi, atari mu bakurikizi b’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).