Skip to content
غَافِر /

Ayah 5

40 : 5

Ayah 5 of غَافِر (40 : 5). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 5

كَذَّبَتۡ قَبۡلَهُمۡ قَوۡمُ نُوحٖ وَٱلۡأَحۡزَابُ مِنۢ بَعۡدِهِمۡۖ وَهَمَّتۡ كُلُّ أُمَّةِۭ بِرَسُولِهِمۡ لِيَأۡخُذُوهُۖ وَجَٰدَلُواْ بِٱلۡبَٰطِلِ لِيُدۡحِضُواْ بِهِ ٱلۡحَقَّ فَأَخَذۡتُهُمۡۖ فَكَيۡفَ كَانَ عِقَابِ

Hambere y’abo bagarariji, abantu barungikiwe Nuhu hamwe n’abaje mu nyuma zabo; nka Bene Aadi na Bene Thamuudi, barahakanye bivuye inyuma Intumwa barungikiwe, maze biha kuzigeramira, bacurika imitwe hamwe mu ntumbero yo kuzihana harimwo no kuzica, umugwi wose muri bo uraheza utegura umugambi wo gufata Intumwa yawo ngo uyice, baraheza baraharira bitwaje ikinyoma, kugira ngo nya kinyoma gitsinde ukuri, Nca Ndabashikura Ndabahana. Ntumwa y’Imana! Ehe raba rero ukuntu Nabahaye ibihano bikaze vyobera inkebuzo ibiremwa bindi bizoza mu nyuma!