40 : 41
۞ وَيَٰقَوۡمِ مَا لِيٓ أَدۡعُوكُمۡ إِلَى ٱلنَّجَوٰةِ وَتَدۡعُونَنِيٓ إِلَى ٱلنَّارِ
Emwe bantu banje! Bishoboka gute ko ndabararikira kwemera Imana Allah n’Intumwa yayo Musa, kugira muhabwe Ubwami bw’ijuru, na mwe mukandarikira gukora ibinjana mu muriro!