Skip to content
Ghaafir /

Ayah 14

40 : 14

Ayah 14 of Ghaafir (40 : 14). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Ghaafir Ayahs 85
Surah · Ghaafir
Ikirundi · Gehiti
40 : 14

فَٱدۡعُواْ ٱللَّهَ مُخۡلِصِينَ لَهُ ٱلدِّينَ وَلَوۡ كَرِهَ ٱلۡكَٰفِرُونَ

Bemeramana! Nimwiyegereze rero Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge ari Imwe Rudende, mweze n’ivyo mugira vyose ku bwayo n’aho vyoshavuza abagarariji.