Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 91

4 : 91

Ayah 91 of النِّسَاء (4 : 91). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 91

سَتَجِدُونَ ءَاخَرِينَ يُرِيدُونَ أَن يَأۡمَنُوكُمۡ وَيَأۡمَنُواْ قَوۡمَهُمۡ كُلَّ مَا رُدُّوٓاْ إِلَى ٱلۡفِتۡنَةِ أُرۡكِسُواْ فِيهَاۚ فَإِن لَّمۡ يَعۡتَزِلُوكُمۡ وَيُلۡقُوٓاْ إِلَيۡكُمُ ٱلسَّلَمَ وَيَكُفُّوٓاْ أَيۡدِيَهُمۡ فَخُذُوهُمۡ وَٱقۡتُلُوهُمۡ حَيۡثُ ثَقِفۡتُمُوهُمۡۚ وَأُوْلَٰٓئِكُمۡ جَعَلۡنَا لَكُمۡ عَلَيۡهِمۡ سُلۡطَٰنٗا مُّبِينٗا

Muzohura n’uwundi mugwi mu ndyarya ushaka ko mwowuha amahoro, gutyo ubagaragarize ukwemera mu bwiyorobetsi, wongere ushake ko n’ababangikanyamana bawuha amahoro, gutyo ubagaragarize ubugarariji; igihe cose rero uwo mugwi ushizwe mw’igeragezwa ry’ubugarariji, uzorirwamwo neza cane. Uwo mugwi w’indyarya rero, nutareka kubavogera ugatako ukishikana, ukanavavanura no kubarwanya, murawufata aho muzowusanga hose muwice. Uwo mugwi w’abantu barangwa n’ububi nk’ubwo rero, Twaramaze kubaha mwebwe icemezo kigaragara co kubarwanya no kubagira imbohe.