4 : 67
وَإِذٗا لَّأٓتَيۡنَٰهُم مِّن لَّدُنَّآ أَجۡرًا عَظِيمٗا
Ni ukuri, muri ico gihe Twari no kuziha mu buzima bwo kw’isi n’ubw’inyuma yo gupfa, indishi zihambaye zivuye iwacu Twebwe Allah;