Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 53

4 : 53

Ayah 53 of النِّسَاء (4 : 53). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 53

أَمۡ لَهُمۡ نَصِيبٞ مِّنَ ٱلۡمُلۡكِ فَإِذٗا لَّا يُؤۡتُونَ ٱلنَّاسَ نَقِيرًا

Ahubwo none, burya boba bafise umugabane w’ubwami bahawe! Abari aho, iyo bahabwa umugabane w’ubwami, ntibari kugira n’umwe mu bantu baha akantu ide kangana n’agahere kari ku mugongo w’urutete rw’itende .

Explanation & meanings · 1
  1. Kangana n’urutete rw’ururo.