Skip to content
صٓ /

Ayah 34

38 : 34

Ayah 34 of صٓ (38 : 34). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

صٓ Ayahs 88
Surah · صٓ
Ikirundi · Gehiti
38 : 34

وَلَقَدۡ فَتَنَّا سُلَيۡمَٰنَ وَأَلۡقَيۡنَا عَلَىٰ كُرۡسِيِّهِۦ جَسَدٗا ثُمَّ أَنَابَ

Ni ukuri, Twaragerageje Sulayimani, maze Dukororera ku ntebe yiwe umwana afise urubavu rumwe yavutse atageze, ni ho yagaruka ku Mana Allah arigaya;

Explanation & meanings · 1
  1. Sulayimani yarigeze kurahira ko arangurana amabanga y’abubatse n’abakenyezi biwe bose mw’ijoro rimwe, maze bose bagasamira rimwe, bakazomuvyarira abana barinda ku rugamba, bakazoharanira idini ry’Imana Allah, ariko rero ntiyibutse kuvuga ati: “In shaa Allah” ku bushake bw’Imana Allah. Ni ho rero yabigenza nk’uko yarahiye, maze hasama imbanyi umukenyezi umwe gusa muri bo, yahavuye yibaruka umwana afise urubavu rumwe.