Skip to content
صٓ /

Ayah 17

38 : 17

Ayah 17 of صٓ (38 : 17). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

صٓ Ayahs 88
Surah · صٓ
Ikirundi · Gehiti
38 : 17

ٱصۡبِرۡ عَلَىٰ مَا يَقُولُونَ وَٱذۡكُرۡ عَبۡدَنَا دَاوُۥدَ ذَا ٱلۡأَيۡدِۖ إِنَّهُۥٓ أَوَّابٌ

Ntumwa y’Imana! Ihanganire ivyo bavuga bikubangamiye, uheze wibuke n’Umuja wacu Dawudi yaranzwe n’inguvu zo guhangana n’abansi ata guhesha, hamwe rero no kwihanganira igamburukiramana. Mu vy’ukuri, yarigaya cane akitura kenshi Imana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah iratera intege Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).